Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Prezida w’u Rwanda Paul Kagame yemeje ko azokwitoreza manda ya kane mu 2024. Abatavuga rumwe nawe babivugako iki? Mu Burundi, amafaranga y'ubwishingizi kubafise imiduga n'amapikipiki yadugijwe incuro 44%. Aha muri Amerika, Inama rusangi ya ONU igira 78 irabandanya kubera mu gisagara ca New York