Burundi: Igisirikare Cemeza ko Abateye i Buringa ari Inkozi z'Ibibi

Umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi, Colonel Floribert Biyereke, avuga ko ivyabaye i Buringa mu komine Gihanga, mu ntara ya Bubanza mu burengero bw’Uburundi vyakozwe n’abo yise “inkozi z’ikibi” zama zirota gusesa amaraso y’abarundi.

Yabivugiye mu kiganiro n’abamenyeshamakuru yatunganije kuri uno wa mbere. Désiré Hatungimana aratubwira ido n’ido ry’ivyavugiye muri ico kiganiro.

Your browser doesn’t support HTML5

Igisirikare c'Uburundi Ciyemeje Gutuza Abansi b'Igihugu