Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Muri Republika ya Demokarasi ya Kongo, Abarenga 40 bagwiriyemwo impunzi z’abarundi bahungiye mw’ikambi ya Sange ni bo bamaze kumenyekana ko banduye ikiza ca korera. Muri Reta zunze ubumwe za Amerika, Abarepubulikani bashaka gukura Joe Biden ku butegetsi.