Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Abakenyezi n’abigeme bavyarana n’abagabo batemera abana babo canke bivuye ku zindi mpamvu baridogera ingingo ya reta ivuga ko hatosubira kwandikwa abana kuri ba se batazwi. Bamwe bavuga ko iyo ngingo ihohotera agateka k'abakenyezi, n’abana babo. Abandi bavuga ko bishobora kugabanya inda z’ishushu.