Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Ubutungane bw’u Rwanda busabira abahoze ari abayobozi b’ibohero rya Rubavu na bagenzi babo gufungwa vy’agateganyo mu minsi 30. Bagirizwa ivyaha vyo guhohotera abanyororo. Umurwi w’igihugu ujejwe impunzi muri Kongo, utangaza ko Abarundi barenga 5.000 bariko barasaba ubuhungiro muri teritware ya Uvira