Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Muri kiganiro MURISANGA Ijwi ry'Amerika ryahaye akaryo abanywanyi ko gushikiriza amakuru avugwa mu karere baherereyemwo, canke amakuru yo kw’isi avugwa cane. Amwe muri ayo makuru ni ikiza ca korera casubiriye kwibonekeza mu Burundi, za kudeta zimaze imisi zibonekeza muri Afrika