Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga ku makudeta yasubiye kuba ndanse mu myaka ya vuba ku mugabane wa Afrika. Ni inyuma y’uko hari habaye agahengwe mu kiringo c’imyaka itari mike, bivuye ku ngendo ya demokarasi yari yibonekeje mu bihugu bitari bike vyo muri Afrika.