Burundi: Umugambwe CNL Uramutswa Umuyobozi Mushasha

Immaculee Ntacobakimvuna, yatowe kuyobora CNL

Abagize biro politike y'umugambwe CNL utavuga rumwe n'ubutegetsi mu Burundi baherutse kuvuga ko bakuye Agathon Rwasa ku burongozi bw'uwo mugambwe. Bagenye umukuru w'umugambwe mushasha kuri uyu wa mbere mw'ijoro. Ni umushingamateka w'umukenyezi Immaculee Ntacobakimvuna.

Ni mu gihe kugeza ubu ibikorwa vya CNL vyahagaritswe mu gihugu cose

Eloge Willy Kaneza ari i Nairobi muri Kenya, aratubwira mu majwi inkuru iramvuye

Your browser doesn’t support HTML5

Ibomborabombora muri CNL