Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Uburundi na RDC Vyasinyiraniye amasezerano mu vya gisirikare. Sentare mu ntara ya Gitega mu Burundi, yarahanishije umunyororo uri hagati y’umwaka umwe n’ibiri abantu 7 baregwa kuryamana bahuje igitsina. Abantu 5 barasize ubuzima mw’isanganya ry’ubwato hafi y’amazinga y’igihugu c’Ubugiriki