Dusangire Ijambo

Your browser doesn’t support HTML5

Muri iki kiganiro Dusangire Ijambo turagaruka ku masezerano abarundi bapfunditse yo gusabikanya ubutegetsi hisunzwe amoko. Bamwe mu Barundi barashima akamaro kayo ariko hari n'abandi bavuga ko ari uburyo bwo gukumirana hisunzwe ubwoko.