Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Ikiganiro Murisanga co kuri uyu musi cibanda ku kuntu umuganwa Ildephonse Rugema, yagenywe guserukira inda y’ingoma y’Ubwami mu Burundi. Amenyesha ko bamugomwe kubera yitaho cane gusubiza iteka ingoma y’Ubwami mu Burundi ivugwa ukutariko kuva itembagajwe mu 1966.