Burundi: Umuporisi Yavuze ko Ibisata vy'Umutekano Birimwo Ruswa Arafunzwe

Abaporisi muri defile

Mu Burundi hari umuporisi afunzwe yagirizwa kuba yaravugiye ku mugaragaro ko igipolisi kijejwe umutekano wo mw'ibarabara na serivisi z'igisagara ca Bujumbura ari ibisata bimunzwe n'igiturire.

Amakuru dukesha amasoko yo kwizerwa avuga ko kuwa gatandatu Kaporari chef de police Jerome Niyonkuru yaciye atabwa mu mvuto. Umuvugizi w’igipolisi kuri uyu wa kabiri ku muhingamo yasiguye ko mu vyo Jerome Niyonkuru akwirikiranwako harimwo ukwambika iceyi inzego.

Eloge Willy Kaneza, aratubwira inkuru iramvuye.

Your browser doesn’t support HTML5

Burundi: Kaporari Jerome Niyonkuru Yaruhiye Gutabwa mu Mvuto