Dusangire Ijambo

Your browser doesn’t support HTML5

Abarundi barateye igikumu mu 2000 ku masezerano yo gusabikanya ubutegetsi cane cane muri reta no mu gisirikare. Bamwe mu Barundi bavuga ko yafashije mu gusubiza hamwe abarundi ariko abandi bakavuga ko ari uburyo bwo gukumirana hakoreshejwe ubwoko.