Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Ibanki nkuru y’u Rwanda yarazamuye igipimo c’inyungu mfatizo itangiraho amafaranga yayo kuri banki z’ubucuruzi ziva kuri 7 kija kuri 7.5 kw’ijana. Reta y’Uburundi yatanguje isekeza rizomara indwi ryo gukingira abana ingwara y’agasama.