Amakuru y'Akarere
Your browser doesn’t support HTML5
Uburundi bwaraye buhimbaje imyaka 125 iheze Ekereziya Katorika ishinze imizi muri ico gihugu.
Muri Nijeri, igitero cagabwe ejo ku wa kabiri n’intagondwa z’abajihadiste cahitanye abasirikare 17.
Your browser doesn’t support HTML5