Murisanga
Your browser doesn’t support HTML5
Hari ingwara zitandukanye, muri iki gihe zigeramiye abantu bo myaka itandukanye, nk’uko bitangazwa na bamwe mu baganga bo mu Burundi.
Muri izo ngwara, harimwo iy’igisukari hamwe n’iy’umutima. Abahinga mu buvuzi bavuga ko ibitigiri vy’abazigwara bibandanya kwiyongera.