Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Uburundi bwahimbaje kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 15 ukwezi kw’umunani, umusi w’iyurizwa rya Bikiramariya mw’ijuru wahuriranye n’ imyaka 125 Ekereziya katorika ishinze imizi mu Burundi. Mu Burundi, umugambwe CNL wavanye ku mugaragaro Umushingamateka Agathon Rwasa ku burongonzi bwawo.