Iwanyu mu ntara

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi ku nshuro ya mbere, leta yavuze ku mugaragaro ko hari Abatutsi bishwe hagati y'umwaka w’1961 n’uw’1965. Muri Repubublika ya demokarasi ya Kongo, abantu 4 baguye mu mpanuka y’inyubaho yakorerwagamo n’ishuli ryigenga mu mujyi wa Bukavu. CEDEAO Ishobora kuzogaba igitero muri Nijeri.