Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Urwaruka rw’Abanyekongo bavuga Ikinyarwanda, bahamya ko bari mu mugambi wo guhindura izina ry’uyo murwi w’Abanyekongo. Umutumire mu kiganiro avuga ko ivyo bizofasha kugabanya ikumirwa n’ivangura bakorerwa n’abandi Banyekongo.