Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Rwanda: Bwana Kazoza Justin uherutse kwimikwa nk’umutware w’Abakono yakuweho huti huti anasaba imbabazi Indege ya gisivili yagize isanganya mu bumanuko bwa Sudani ihitana abantu 9 barimwo abasirikare 4 Igitigiri c’abantu basize ubuzima mw’isenyagurika ry’inyubakwa muri Kameruni kigeze kuri 33