Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Kuri uyu wa gatatu, U Rwanda rwahimbaje umusi nyafrika wo kurwanya ruswa. Abari mu myiyerekano, uno musi ku wa gatatu, batanye mu mitwe n'igipolisi muri Kenya. Perezida wa Irani, Ebrahim Raisi, yatanguriye urugendo uyu musi muri Kenya. Azasura kandi Uganda na Zimbabwe.