Burundi: Reta Iremera ko Hakiri Intambwe yo Gutera mu vy'Agateka ka Muntu

Russian Foreign Minister Sergei Lavrov visits Burundi

Reta y’Uburundi iremera ko hakiri intambwe nini yo gutera mu bisata vy'agateka ka zina muntu na demokarasi mu Burundi. Ibi vyumvikanye inyuma y’inama yahuje intumwa za reta y’Uburundi n’iz’ishirahamwe rya Buraya.

Umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Albert Shingiro yibukije ko ibiganiro vyo ku zindi ncuro vyatumye Ubumwe bwa Bulaya buhanagura ibihano bwari bwafatiye Uburundi. Ni ibihano vyari bivuye ku ndyane za poritike zadutse bitewe n’ikindi kiringo ca nyakwigendera Pierre Nkurunziza cateye impari muri 2015.

Ibindi kuri iyi nama twumve Eloge Willy Kaneza, i Nairobi muri Kenya.

Your browser doesn’t support HTML5

Burundi: Uburayi Bwemeza ko Butataye Uburundi