Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Uno munsi, Aba Isiramu b’irya n’ino kw’isi, barimwo abo mu karere k’ibiyaga binini vya Afurika bahimbaje umusi witiriwe intama. faranga rya Afurika y’epfo ryakorotse agaciro. Umwe mu mirwi irwanira ubutegetsi bwa Sudani watanze agahengwe k'amasaha 48