Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Abaganga n’abahinga banonosoye ivyerekeye ingwara zandukira n’izitandukira, baratewe amakenga n’indwara, mu bisanzwe zishobora kwirindwa, ariko muri iki gihe zihitana ubuzima bw’abantu benshi mu Burundi, barimwo n'abakiri bato.