Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Ishami PAM iheruka gucamwo kabiri ibifungurwa riha impunzi zo mw’ikambi y’i Nyankanda iri muri komine ya Butezi muri Ruyigi mu Burundi. Muri RDC, havugwa impungenge ku matora rusangi azoba muri ico gihugu mu mwaka uza. Mu Rwanda, ishirahamwe ry’umupira w’amaguru riramutswa umuyobozi mushasha.