Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Reta y’u Rwanda itegekanya kwimura abanyagihugu baba hafi y’ikibanza abantu batamwo umwavu i Kigali. Ba buramatari na musitanteri hamwe n'abakozi bo mu biro vyabo, abakora mu mitumba basabwe kwakira amanoti y'abanyagihugu bose batagira konte.