Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Reta y’Uburundi iragabisha abavunjayi batubahiriza amategeko. Amakungu uno musi yahimbaje umusi mpuzamakungu wo kurwanya imirimo ivuna ikoreshwa ku bana. ONU iratewe impungenge n’ifatwa ku bwinshi ry’abimukira hamwe n’abarondera ubuhungiro muri Libiya.