Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro Murisanga cerekeye amagara y’abantu, uno musi turagaruka ku kibazo cerekeye ikoreshwa ry’itabi n’ingaruka zavyo. Ni mu gihe amatabi ari mu bwoko butandukanye, bamwe bakanavuga ko abafitiye akamaro mbere bakanabandanya kuyarima abandi nka ONU bakayiyamiriza.