Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Inama y’abakuru b’ibihugu 7 bikize kw’isi, G7, bwa mbere izatangira ejo kuwa kane mu mujyi wa Hiroshima. ONU, rikeneye amafranga arenga imiliyaridi 3 y'amadolari yo gufasha abanyagihugu n'impunzi muri Sudani.