Murisanga
Your browser doesn’t support HTML5
Haraciye imisi mike abategetsi bajejwe amagara y’abantu mu Burundi no muri Kongo batangaje ko umugera w’ingwara y’ubukangwe wari wararanduranywe n’imizi, wasubiye kwaduka muri ivyo bihugu. Mu kiganiro Murisanga turaganira n’umuganga akwirikiranira hafi iyo ngwara ku rwego rw’igihugu mu Burundi.