Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Muri Kongo abana barenga 15 bo mw’ikambi iri I Goma barapfuye Kubera kubura ivyo bafungura. Umuhungu wa Museveni yipfuza kuzoba prezida wa Uganda. Umushikiranganji w'Imigenderanire y'Amerika mu Rugendo muri Etiyopiya