Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Abarundi b’Abanyekongo baba mu kiyaya ca Rusizi kiri mu buseruko bwa Republika ya demokrasi ya Kongo bavuga ko bariko barankirwa kwiyandikisha kugira bazohabwe ikarita y’ugutora. Mu Rwanda, mu karere ka Musanze hadutse uburwayi budasanzwe mu ngurube. Isiganwa ry’amagare rya Tour du Rwanda rirakomeje