Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Ubufaransa Batahukanye abasirikare babwo bahora muri Burkina Faso. Ubumwe bwa Afrika buvuga ko ata mbabazi zizohabwa ubutegetsi buciye muri kudeta muri Afrika.