Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Amerika yishe aba al ashabab 12 muri Somaliya. Abaharanira agateka ka muntu muri Uganda bariyamiriza ingingo yo kwugaba ibiro vya ONU vy'agateka ka muntu. Turukiya iriko irakurikirana ababatse nabi amazu yasenyuwe na nyamugigima.