Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Umuhuza Kenyatta asaba M23 gushira ibirwanisho hasi no gukurikiza amasezerano. Irani yarekuye abagore 7 baharanira agateka ka muntu bari bapfunzwe bahorwa kuja mu myiyerekano.