Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Abantu batatu baguye mu kirombe cya zahabu muri Kenya. Muri Amerika, abandi bantu 7 bapfuye barashwe mu kibanza abantu bakoreramwo uburimyi hafi y'igisagara ca San Francisco mri reta ya California. Umushikiranganji wa mbere wa Nouvelle Zelande yatanze imihoho mu mabanga yiwe uni musi.