Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro, “Murisanga” co kuri uyu wa kane turavuga ku bipfuza ko hagenwa uwuserukira inda y’ingoma y’Ubwami mu Burundi. Avuga ko batazokwivanga muri politike y’igihugu, ko ahubwo bazoshimikira ku bijanye n’imico n’akaranga k’Uburundi n’ukugene umuryango w’abami wohabwa ikibanza mu banyagihugu.