Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Umukuru w'igihugu c'Uburundi Évariste Ndayishimiye yemeza ko abategetsi benshi bariko barakwa amafaranga bari baranyuruje mu kigega ca Reta. Uganda caronse ingero zitari nke zo kugerageza gukingira abanyagihgu ikiza ca Ebola. Abasirikare ba Isirayeli bishe Umunyapalestine mu ntara ya Sisjordaniya.