Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Leta Zunze Ubumwe z’Amerika irasaba ubutegetsi bw’u Rwanda guhagarika gufasha inyeshyamba za M23. Umuhuza mu biganiro by’Abanyekongo, yemeye ko nta muti wavuye mu biganiro basoje. Umukuru w’igihugu ca Tanzaniya, Samia Suluhu Hassan, yaburijemwo ibirori vyo guhimbaza italiki y’ukwikukira kw’igihugu.