Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Prezida wa Reta zunze ubumwe za Amerika, Joe Biden na Prezida w'Ubushinwa, Xi Jinping babonanye amaso mu yandi uno musi ku wa mbere mu gisagara ca Bali muri Indoneziya ku ruhande rw'ikoraniro rw'abategetsi b'igihugu bigize umurwi G20 rihabera.