Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro Murisanga c’uyu musi, turaja kuvuga ahanini ku kuntu iruhande yo kurondera amakuru no kuyatangaza, ibinyamakuru bikwiye no kwiga uburyo nyabwo bwo gushikiriza amakuru canke ibiganiro abanywanyi benshi bashobotse.