Kuki CNL Yabuze mu Gikorwa co Kugena Abazoserukira Uburundi Muri EALA?

Agathon Rwasa arongoye umugambwe CNL

Inama nshingamateka y’Uburundi yagenye abashingamateka bazoserukira Uburundi mu nama nshingamateka y’ishirahamwe ry’ibihugu vyo mu karere ka Afrika y’ubuseruko.

Abashingamateka b’umugambwe CNL utavuga rumwe n’ubutegetsi ntibitavye ico gikorwa. Bamenyesha ko caranzwe n’amahinyu.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika, Desire Hatungimana, yakurikiye uko byagenze ategura inkuru mushobora kumva mw’ijwi ry’iwe ngaha.

Your browser doesn’t support HTML5

Uburundi Bwagenye Abazobuserukira mu Nama Nshingamateka y'Afurika y'Ubuseruko