Perezida Ndayishimiye Yemeza ko Hari Abashaka Kumukura ku Butegetsi

Perezida Evariste Ndayishimiye mu kiganiro n'abamenyeshamakuru i Bujumbura mu Burundi, Kw'itariki ya 10/05/2022

Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Evariste NDAYISHIMIYE, aragabisha abo bose bagerageza gutembagaza ubutegetsi ko ataco bazoshikako. Aragabisha kandi abiyita ibihangange kubera ibibanza barimwo, ko bose bari musi y’amategeko.

Ivyo yabishikirije i Gitega ku murwa mukuru wa Poritike, mu gihe yariko arugurura umwaka w’ubutungane w’2022 ushira uw’2023.

Inkuru iramvuye mw'ijwi n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Desire Hatungimana ari i Kigali mu Rwanda

Your browser doesn’t support HTML5

Perezida Ndayishimiye Aremeza ko ata Kudeta Izongera Kuba mu Burundi