Amakuru y'Akarere
Your browser doesn’t support HTML5
Liz Truss yagenywe n'umugambwe wiwe uno musi ku wa mbere, kuba umushikiranganji wa mbere mushasha w'Ubwongereza
Ku musi wa gatanu w’indwi irangiye, perezida w’Uburundi, Evaritse Ndayishimiye, yaragabishije abo avuga ko boba bafise imigambi y’ukugira kudeta.