Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Sentare ntahinyuzwa ya Kenya Yategetse ko amajwi yavuye mu bibanza 15 asubirwamwo guharurwa. Mikhail Gorbachev, yigeze kuba perezida wa nyuma wa Reta zunze ubumwe z’abasoviyete yitavye Imana kuri uyu wa kabiri ku mwaka 91. Abimukira batanu bapfiriye mu mazi ya Libiya barondera kujabuka i Buraya.