Amakuru y'Akarere

  • Diane Nininahazwe

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, bamwe mu bafise amahinguriro bababajwe n’uko Reta ishima gushorera hanze bimwe mu bikoresho nabo bahingura, kandi ibiciro vyabo biri hasi gusumba ivyo mu mahanga. Ibikorwa vyo kubohoza ihoteri yatewe na Al-Qaida muri Somaliya vyaheze. Mu Burusiya, umukobwa w'incuti ya Putin yishwe.