Nelson Mandela Umwibukira Kuki?

Umuhisi Nelson Mandela na bamwe mu bahoze batwara Uburundi

Itariki ya 18 ni umunsi mpuzamakungu wahariwe impirimbanyi y’amahoro Nelson Mandela yatwaye Afurika y’epfo. Mu Burundi Mandela yibukirwa ku ruhare yagize mu guhuza Abarundi n’isinywa ry’amasezerano y’amahoro. Frederick Nkundikije yavuganye na Sylvestre Ntibantunganya yigeze kuba umukuru w'igihugu c'Uburundi amubaza kw'iragi Mandela yasigiye isi.

Your browser doesn’t support HTML5

Iragi Wibukirako Mandela ni Iryahe?