Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Umukuru w’inama nshingamateka y’Amerika, Nancy Pelosi, yemeje amakuru y’urugendo rwiwe ku mugabane wa Aziya. Reta ya New York iri mu buraruko bushira ubuseruko bw’Amerika yatangaje ibihe bidasanzwe kubera ikiza c’ibihara vy’ingunge.