Ku musi mpuzamakungu wahariwe gushira imbere ubwigenge bw'ugutangaza amakuru no kwishira no kwizana mu gushikiriza ivyiyumviro, Agathon Rwasa arongoye umugambwe CNL utavura rumwe na reta y'Uburundi avuga kw'ibinyamakuru mu Burundi bitinya gushikiriza ukuri kubera igitsure c'ubutegetsi.
Kurikira ikiganiro yagiranye n'ijwi ry'Amerika kuri micro ya Frederic Nkundikije.
Your browser doesn’t support HTML5