Burundi: Perezida Evariste Ndayishimiye Yuguruye Icese Banki y'Abakenyezi

Evariste Ndayishimiye

Kuri uno wa kane mu ntara ya Gitega ku mugwa mu kuru wa politike huguruwe ibanki y’abakenyezi. Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yateye iteka ivyo birori yamenyesheje ko iyo banki yavutse kugira abakenyezi ntibasigare inyuma mw’iterambere.

Yasavye abagiye kurongora iyo banki kudashira imbere inyungu, ahubwo ko bokworohereza abazoba babitura kugira imigambi yabo itere ija imbere.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Désiré Hatungimana ni we adushikiriza ino nkuru.

Your browser doesn’t support HTML5

Abakenyezi bo Mu Ntara ya Gitega mu Burundi Bugururiwe Ibanki